Zaburi 89:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 Kandi ata gukeka nzoshinga uruvyaro rwiwe ibihe bidahera+,Intebe yiwe y’ubwami na yo ndayishinge nk’imisi y’ijuru+. Zaburi 89:36 Bibiliya y’isi nshasha 36 Uruvyaro rwiwe ruzokwamaho mbere gushika igihe kitagira urugero+,Intebe yiwe y’ubwami na yo nk’izuba imbere yanje+. Luka 1:33 Bibiliya y’isi nshasha 33 kandi azoganza inzu ya Yakobo ibihe vyose, kandi ubwami bwiwe ntibuzogira iherezo+.”
29 Kandi ata gukeka nzoshinga uruvyaro rwiwe ibihe bidahera+,Intebe yiwe y’ubwami na yo ndayishinge nk’imisi y’ijuru+.
36 Uruvyaro rwiwe ruzokwamaho mbere gushika igihe kitagira urugero+,Intebe yiwe y’ubwami na yo nk’izuba imbere yanje+.