2 Samweli 20:1 Bibiliya y’isi nshasha 20 Kandi ng’aho hari umugabo w’imburakimazi+ yitwa Sheba+, mwene Bikiri Umubenyamini; atangura kuvuza inzamba+ maze avuga ati: “Nta muturi dufise muri Dawidi, kandi nta ntoranwa dufise muri mwene Yese+. Umwe wese ku mana ziwe+, ewe Isirayeli!” 2 Samweli 22:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Kuko imipfunda isuriranya yica yari inzitiye irya n’ino+;Hari amasegenya akukumura y’abantu b’imburakimazi yaguma antera ubwoba+. Zaburi 18:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Imigozi y’urupfu yarankikuje+;Amasegenya akukumura y’abantu b’imburakimazi na yo yaguma antera ubwoba+.
20 Kandi ng’aho hari umugabo w’imburakimazi+ yitwa Sheba+, mwene Bikiri Umubenyamini; atangura kuvuza inzamba+ maze avuga ati: “Nta muturi dufise muri Dawidi, kandi nta ntoranwa dufise muri mwene Yese+. Umwe wese ku mana ziwe+, ewe Isirayeli!”
5 Kuko imipfunda isuriranya yica yari inzitiye irya n’ino+;Hari amasegenya akukumura y’abantu b’imburakimazi yaguma antera ubwoba+.
4 Imigozi y’urupfu yarankikuje+;Amasegenya akukumura y’abantu b’imburakimazi na yo yaguma antera ubwoba+.