2 Samweli 2:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ishi-bosheti mwene Sauli yari afise imyaka mirongo ine igihe yaba umwami wa Isirayeli, amara imyaka ibiri aganza. Inzu ya Yuda+ ni yo gusa yakurikiye Dawidi.
10 Ishi-bosheti mwene Sauli yari afise imyaka mirongo ine igihe yaba umwami wa Isirayeli, amara imyaka ibiri aganza. Inzu ya Yuda+ ni yo gusa yakurikiye Dawidi.