1 Samweli 14:50 Bibiliya y’isi nshasha 50 Umugore wa Sauli yitwa Ahinowamu umukobwa wa Ahimayazi; umukuru w’ingabo ziwe yitwa Abuneri+ mwene Neri, sewabo wa Sauli. 2 Samweli 2:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Nayo Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo zahora ari iza Sauli, afata Ishi-bosheti+ mwene Sauli, amujabukana i Mahanayimu+, 2 Samweli 3:12 Bibiliya y’isi nshasha 12 Buno nyene Abuneri aca atuma intumwa kuri Dawidi, avuga ati: “Mbega igihugu ni ica nde?” Yongerako ati: “Nugirane nanje isezerano ryawe, kandi ehe ukuboko kwanje kuzobana nawe kugira nkebereze Isirayeli yose ku ruhande rwawe+.”
50 Umugore wa Sauli yitwa Ahinowamu umukobwa wa Ahimayazi; umukuru w’ingabo ziwe yitwa Abuneri+ mwene Neri, sewabo wa Sauli.
8 Nayo Abuneri+ mwene Neri, umukuru w’ingabo zahora ari iza Sauli, afata Ishi-bosheti+ mwene Sauli, amujabukana i Mahanayimu+,
12 Buno nyene Abuneri aca atuma intumwa kuri Dawidi, avuga ati: “Mbega igihugu ni ica nde?” Yongerako ati: “Nugirane nanje isezerano ryawe, kandi ehe ukuboko kwanje kuzobana nawe kugira nkebereze Isirayeli yose ku ruhande rwawe+.”