-
1 Abami 20:9Bibiliya y’isi nshasha
-
-
9 Abwira rero intumwa za Beni-hadadi ati: “Mubwire umukama wanje umwami muti: ‘Ibintu vyose watumye ku musavyi wawe ubwa mbere nzobikora; mugabo ico kintu sinshoboye kugikora.’” Izo ntumwa zica ziragenda, zimugarukanira inyishu.
-