ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Samweli 7:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Kandi inzu yawe n’ubwami bwawe bizokwama bihamye imbere yawe gushika igihe kitagira urugero; intebe y’ubwami yawe izoshimangirwa gushika igihe kitagira urugero+.”’”

  • 1 Ngoma 14:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 Dawidi amenya rero ko Yehova yari yamushimangiye+ bwa mwami wa Isirayeli, kuko ingoma yiwe yari yashizwe hejuru rwose kubera igisata ciwe Isirayeli+.

  • Zaburi 41:11
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 11 Iki ni co menyerako yuko wahimbawe nanje,

      Ni uko umwansi wanje atiha akaruru k’intsinzi anyigambako+.

  • Zaburi 89:21
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 21 Uwo ukuboko kwanje kuzoshikama kumwe na we+,

      Uwo kandi ukuboko kwanje kuzokomeza+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2025)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika