ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Itanguriro 30:27
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 27 Maze Labani amubwira ati: “Nimba rero nagize ubutoni mu maso yawe, . . . . Nabonye ko ibimenyetso bitara ibizoba vyerekana yuko Yehova ariko arampezagira kubera wewe+.”

  • Itanguriro 39:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 5 Nuko kuva igihe amushingiye kugaba inzu yiwe no kuganza ivyiwe vyose, Yehova aguma ahezagira inzu y’uwo Munyamisiri kubera Yozefu, kandi umuhezagiro wa Yehova uba ku vyo yari afise vyose mu nzu no mu murima+.

  • Imigani 10:22
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 22 Umuhezagiro wa Yehova, emwe, uwo ni wo utungisha+, kandi nta mubabaro awongerako+.

  • Malaki 3:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Nimuzane ivy’icumi+ vyose mu kigega, kugira ngo mu nzu yanje habe ibifungurwa+; enda nimungeze muri ivyo+,” ni ko Yehova nyen’ingabo avuze, “murabe ko ntazobagomororera ingomero z’amajuru+, nkabacuncuburirako vy’ukuri umuhezagiro gushika aho hadasubira kubaho umukeno+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika