1 Ngoma 19:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Ukomere+, kugira ngo tugire umutima rugabo turwanire abantu bacu n’ibisagara vy’Imana yacu+; nayo Yehova, arakora ico abona ko ari ciza mu maso yiwe+.”
13 Ukomere+, kugira ngo tugire umutima rugabo turwanire abantu bacu n’ibisagara vy’Imana yacu+; nayo Yehova, arakora ico abona ko ari ciza mu maso yiwe+.”