ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 3:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Samweli amwiganira rero nya majambo yose, ntiyamuhisha ikintu na kimwe. Eli aca avuga ati: “Ni Yehova. Nakore ivyo abona ko ari vyiza mu maso yiwe+.”

  • 1 Samweli 14:6
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 6 Yonatani abwira rero nya musuku, uwumutwaza ibirwanisho, ati: “Ingo tujabuke tuje ku kirindiro c’abo bagabo batagenyerewe+. Kumbure Yehova aragira ico akoze ku bwacu, kuko ata kibuza Yehova gukiza biciye kuri benshi canke kuri bakeyi+.”

  • 2 Samweli 15:26
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 26 Mugabo niyavuga ati: ‘Sinahimbawe nawe,’⁠—​ndi hano, angirire ivyo abona ko ari vyiza mu maso yiwe+.”

  • Zaburi 37:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Nuragize Yehova inzira yawe+,

      Kandi umwizigire+, na we ubwiwe azogira ico akoze+.

  • Zaburi 44:5
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  5 Tubikesheje wewe, tuzosunika abarwanizi bacu+;

      Mw’izina ryawe tuzohonyangira hasi abadukurira hasi+.

  • Imigani 29:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Kujugumira imbere y’abantu ni vyo bitega umutego+, mugabo uwizigira Yehova azokingirwa+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika