Kuvayo 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 “Ntukarenge ibigo+. Abalewi 18:20 Bibiliya y’isi nshasha 20 “‘Ntuze usohorere intanga mu mugore wa mugenzawe, ngo bitume uhumana+. Abalewi 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 “‘Umugabo arenze ibigo n’umugore w’uwundi mugabo, aba arenze ibigo n’umugore wa mugenziwe+. Ntaze abure kwicwa, hicwe nya mugabo na nya mugore+. Gusubira mu vyagezwe 22:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Umugabo niyafatwa aryamanye n’umugore afise umugabo+, bompi rero bategerezwa gupfira hamwe, uwo mugabo yari aryamanye n’umugore n’uwo mugore nyene+. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+. Imigani 6:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Uwo wese arenga ibigo mu kuryamana n’umugore, ntagira umutima+; uwubigira aba ariko yikwegera guhona+. Abaheburayo 13:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Umubano w’ababiranye nube uwuteye iteka muri bose, kandi uburiri bw’ababiranye bwoye guhumana+, kuko Imana izocira urubanza abasambanyi n’abarenga ibigo+. Yakobo 1:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Maze nya cipfuzo iyo gitwaye inda, kivyara igicumuro+; igicumuro na co iyo kiranguwe, kivyara urupfu+.
10 “‘Umugabo arenze ibigo n’umugore w’uwundi mugabo, aba arenze ibigo n’umugore wa mugenziwe+. Ntaze abure kwicwa, hicwe nya mugabo na nya mugore+.
22 “Umugabo niyafatwa aryamanye n’umugore afise umugabo+, bompi rero bategerezwa gupfira hamwe, uwo mugabo yari aryamanye n’umugore n’uwo mugore nyene+. Ukwo ni ko utegerezwa gukura ikibi muri Isirayeli+.
32 Uwo wese arenga ibigo mu kuryamana n’umugore, ntagira umutima+; uwubigira aba ariko yikwegera guhona+.
4 Umubano w’ababiranye nube uwuteye iteka muri bose, kandi uburiri bw’ababiranye bwoye guhumana+, kuko Imana izocira urubanza abasambanyi n’abarenga ibigo+.
15 Maze nya cipfuzo iyo gitwaye inda, kivyara igicumuro+; igicumuro na co iyo kiranguwe, kivyara urupfu+.