ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Abalewi 12:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 2 “Bwira bene Isirayeli uti: ‘Umugore niyasama inda*+ akavyara umuhungu, ategerezwa kuba uwuhumanye imisi indwi; nka kurya kwo mu misi y’ubuhumane igihe ari mu butinyanka, azoba uwuhumanye+.

  • Abalewi 15:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “‘Kandi mu gihe umugore agize urunyigimbe rwisuka, kandi urwo runyigimbe rwo mu mubiri wiwe rukaba ari amaraso+, akwiye kuguma mu buhumane+ bw’ubutinyanka+ bwiwe imisi indwi, kandi uwo wese amukozeko azoba uwuhumanye gushika ku mugoroba.

  • Abalewi 15:29
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 29 Ku musi ugira umunani aze atore intunguru zibiri+ canke inuma zibiri zikiri nto, azizanire umuherezi ku bwinjiriro bw’ihema ry’ihuriro+.

  • Abalewi 18:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 “‘Ntuze wegere umugore mu gihe c’ubutinyanka+ bw’ubuhumane bwiwe ngo upfukure ubwambure bwiwe+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika