ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 1 Samweli 18:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Amaherezo Sauli abwira Dawidi ati: “Ng’uyu umukobwa wanje mukuru Merabu+. Ni we nzoguha ngo akubere umugore+. Ukire kumbera umuntu w’intwari, urwane intambara za Yehova+.” Mugabo Sauli, we yibwira ati: “Ukuboko kwanje ntikuze kuri we, mugabo ukuboko kw’Abafilisitiya kube ari kwo kuza kuri we+.”

  • 1 Samweli 18:25
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 25 Sauli aca avuga ati: “Mubwire Dawidi muti: ‘Umwami ntahimbarwa n’amahera y’inkwano+, ahubwo ahimbarwa n’udushato* ijana tw’Abafilisitiya+, kugira yihore+ abansi b’umwami.’” Ariko Sauli yari yateguye umugambi wo kugwisha Dawidi biciye ku kuboko kw’Abafilisitiya.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika