2 Samweli 11:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Dawidi atuma rero kubaza ivya nya mugore+ maze umuntu umwe avuga ati: “None urya si Bati-sheba+ umukobwa wa Eliyamu+, umugore wa Uriya+ Umuheti+?” Imigani 5:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nywa amazi yo mw’itangi ryawe, n’ayatemba ava hagati mw’iriba ryawe+.
3 Dawidi atuma rero kubaza ivya nya mugore+ maze umuntu umwe avuga ati: “None urya si Bati-sheba+ umukobwa wa Eliyamu+, umugore wa Uriya+ Umuheti+?”