Kuvayo 22:1 Bibiliya y’isi nshasha 22 “Umuntu niyiba ishūri canke intama akayikerera canke akayigurisha, aze ashumbushe zitanu zo mu busho ku bwa nya shūri na zine zo mu mukuku ku bwa nya ntama+.
22 “Umuntu niyiba ishūri canke intama akayikerera canke akayigurisha, aze ashumbushe zitanu zo mu busho ku bwa nya shūri na zine zo mu mukuku ku bwa nya ntama+.