2 Samweli 11:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Inyuma y’ivyo, Dawidi atuma intumwa kumuzana+. Yinjira rero aho Dawidi ari+ maze Dawidi aryamana na we+, ico gihe uwo mugore akaba yariko yihumanura ubuhumane bwiwe+. Mu nyuma asubira ku nzu yiwe. 2 Samweli 11:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Amaherezo Dawidi abwira Uriya ati: “Manuka ku nzu yawe, woge ibirenge+.” Uriya araheza arasohoka ava mu nzu y’umwami, n’ingabirano y’ubugenzi y’umwami isohoka imukurikiye. 2 Samweli 11:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Vyongeye, Dawidi aramuhamagara kugira arire imbere yiwe no kugira anywe. Nuko aramuboreza+. Mugabo ku mugoroba arasohoka, aja kuryama ku gitanda ciwe hamwe n’abasuku b’umukama wiwe, ntiyamanuka ku nzu yiwe. 2 Samweli 11:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Muri iryo kete yari yanditse ati+: “Nimushire Uriya imbere y’ibitero bikomeye kurusha ibindi+, muheze mumuve inyuma, maze bamugarike, apfe+.”
4 Inyuma y’ivyo, Dawidi atuma intumwa kumuzana+. Yinjira rero aho Dawidi ari+ maze Dawidi aryamana na we+, ico gihe uwo mugore akaba yariko yihumanura ubuhumane bwiwe+. Mu nyuma asubira ku nzu yiwe.
8 Amaherezo Dawidi abwira Uriya ati: “Manuka ku nzu yawe, woge ibirenge+.” Uriya araheza arasohoka ava mu nzu y’umwami, n’ingabirano y’ubugenzi y’umwami isohoka imukurikiye.
13 Vyongeye, Dawidi aramuhamagara kugira arire imbere yiwe no kugira anywe. Nuko aramuboreza+. Mugabo ku mugoroba arasohoka, aja kuryama ku gitanda ciwe hamwe n’abasuku b’umukama wiwe, ntiyamanuka ku nzu yiwe.
15 Muri iryo kete yari yanditse ati+: “Nimushire Uriya imbere y’ibitero bikomeye kurusha ibindi+, muheze mumuve inyuma, maze bamugarike, apfe+.”