Umusiguzi 9:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Vyongeye, urukundo rwabo n’urwanko rwabo n’ishari ryabo vyaramaze gushira+, kandi nta mugabane bagifise gushika igihe kitagira urugero mu kintu na kimwe kibwirizwa gukorwa munsi y’izuba+. Yesaya 26:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Barapfuye; ntibazobaho+. Nta co bashoboye mu rupfu+, ntibazovyuka+. Waritayeho rero ivyabo kugira ngo ubazimanganye, ubatikize ntibabe bakivugwa na gato+.
6 Vyongeye, urukundo rwabo n’urwanko rwabo n’ishari ryabo vyaramaze gushira+, kandi nta mugabane bagifise gushika igihe kitagira urugero mu kintu na kimwe kibwirizwa gukorwa munsi y’izuba+.
14 Barapfuye; ntibazobaho+. Nta co bashoboye mu rupfu+, ntibazovyuka+. Waritayeho rero ivyabo kugira ngo ubazimanganye, ubatikize ntibabe bakivugwa na gato+.