2 Samweli 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Umuhungu wiwe agira kabiri aba Kileyabu+, uwavutse kuri Abigayili+ umugore wa Nabali Umunyakarumeli; uwugira gatatu aba Abusalomu+ umuhungu wa Mayaka, Mayaka umukobwa wa Talimayi+ umwami wa Geshuri. 1 Ngoma 3:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 uwugira gatatu yari Abusalomu+ umuhungu wa Mayaka+, Mayaka umukobwa wa Talimayi+ umwami wa Geshuri+; uwugira kane yari Adoniya+ umuhungu wa Hagiti+;
3 Umuhungu wiwe agira kabiri aba Kileyabu+, uwavutse kuri Abigayili+ umugore wa Nabali Umunyakarumeli; uwugira gatatu aba Abusalomu+ umuhungu wa Mayaka, Mayaka umukobwa wa Talimayi+ umwami wa Geshuri.
2 uwugira gatatu yari Abusalomu+ umuhungu wa Mayaka+, Mayaka umukobwa wa Talimayi+ umwami wa Geshuri+; uwugira kane yari Adoniya+ umuhungu wa Hagiti+;