Rusi 2:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Maze ehe Bowazi arashika avuye i Betelehemu, aza arabwira abimbuzi ati: “Yehova abane namwe+.” Na bo bakamubwira bati: “Yehova aguhezagire+.”
4 Maze ehe Bowazi arashika avuye i Betelehemu, aza arabwira abimbuzi ati: “Yehova abane namwe+.” Na bo bakamubwira bati: “Yehova aguhezagire+.”