1 Samweli 24:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 Inyuma y’ivyo Dawidi arahaguruka, asohoka muri iryo senga maze asemerera inyuma ya Sauli, ati: “Mukama wanje+ mwami!” Sauli aca araba inyuma, maze Dawidi arunama, mu maso hiwe hakora hasi+, akubita inkoro hasi. 2 Samweli 1:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Ku musi ugira gatatu, ehe umugabo+ umwe yariko araza avuye mw’ikambi, avuye aho Sauli ari, impuzu ziwe zatantamutse+, ku mutwe wiwe na ho hari ivu+; ashikiriye Dawidi, aca agwa hasi+, akubita inkoro hasi.
8 Inyuma y’ivyo Dawidi arahaguruka, asohoka muri iryo senga maze asemerera inyuma ya Sauli, ati: “Mukama wanje+ mwami!” Sauli aca araba inyuma, maze Dawidi arunama, mu maso hiwe hakora hasi+, akubita inkoro hasi.
2 Ku musi ugira gatatu, ehe umugabo+ umwe yariko araza avuye mw’ikambi, avuye aho Sauli ari, impuzu ziwe zatantamutse+, ku mutwe wiwe na ho hari ivu+; ashikiriye Dawidi, aca agwa hasi+, akubita inkoro hasi.