Guharura 35:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 “‘Umuhōzi+ w’amaraso ni we azokwica nya mwicanyi. Niyamwubukako, ubwiwe azomwica. Guharura 35:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 maze umuhōzi+ w’amaraso akamusanga koko inyuma y’urubibe rw’igisagara ciwe c’ubuhungiro, akamwica, ntazokwagirwa n’amaraso. Gusubira mu vyagezwe 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Ahandiho, umuhōzi+ w’amaraso, kubera umutima wiwe warunguriye n’ishavu, yohava yoma inyuma uwo yishe umuntu akamuhamvya, kubera ko inzira ari ndende. Yohava amukubita agapfa, kandi ata rubanza rwo gupfa+ akwiriye, kuko atari asanzwe amwanka.
27 maze umuhōzi+ w’amaraso akamusanga koko inyuma y’urubibe rw’igisagara ciwe c’ubuhungiro, akamwica, ntazokwagirwa n’amaraso.
6 Ahandiho, umuhōzi+ w’amaraso, kubera umutima wiwe warunguriye n’ishavu, yohava yoma inyuma uwo yishe umuntu akamuhamvya, kubera ko inzira ari ndende. Yohava amukubita agapfa, kandi ata rubanza rwo gupfa+ akwiriye, kuko atari asanzwe amwanka.