Gusubira mu vyagezwe 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+. 1 Samweli 28:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Buno nyene Sauli amurahira Yehova ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, nturi bwagirwe n’ikosa muri ivyo!” Umusiguzi 8:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 kuko ijambo ry’umwami ari bwo bubasha+; kandi ni nde yomubwira ngo: ‘Ivyo ukora ni ibiki?’”
13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+.
10 Buno nyene Sauli amurahira Yehova ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, nturi bwagirwe n’ikosa muri ivyo!”