2 Samweli 12:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Maze Natani abwira Dawidi ati: “Uwo mugabo ni wewe! Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ni jewe nakwirobanurije amavuta+ ngo ube umwami wo kuganza Isirayeli, kandi ni jewe nakurokoye+ mu kuboko kwa Sauli.
7 Maze Natani abwira Dawidi ati: “Uwo mugabo ni wewe! Ibi ni vyo Yehova Imana ya Isirayeli avuze: ‘Ni jewe nakwirobanurije amavuta+ ngo ube umwami wo kuganza Isirayeli, kandi ni jewe nakurokoye+ mu kuboko kwa Sauli.