Zaburi 12:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Baguma babwirana ivy’ububeshi+;Baguma bavugisha akanwa gasosa+, n’imitima ibiri+. Imigani 27:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Uw’ahandi abe ari we agushemeza, ntikabe akanwa kawe; umunyamahanga abe ari we abigira, ntibe iminwa yawe bwite+. 2 Petero 2:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Naho babasezeranira umwidegemvyo+, bo ubwabo ni abaja b’ukubora+. Kuko uwo wese atsinzwe n’uwundi aca agirwa umuja n’uyo+.
2 Uw’ahandi abe ari we agushemeza, ntikabe akanwa kawe; umunyamahanga abe ari we abigira, ntibe iminwa yawe bwite+.
19 Naho babasezeranira umwidegemvyo+, bo ubwabo ni abaja b’ukubora+. Kuko uwo wese atsinzwe n’uwundi aca agirwa umuja n’uyo+.