Abalewi 19:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “‘Ntukagendagende mu bantu b’iwanyu ugenzwa no kubeshera+ umuntu. Ntugahagurukire kuvisha amaraso ya mugenzawe+. Ndi Yehova. 2 Samweli 19:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Yarabesheye+ rero umusuku wawe ku mukama wanje umwami. Mugabo umukama wanje umwami ameze nk’umumarayika+ w’Imana y’ukuri; nukore rero ico ubona ko ari ciza mu maso yawe. Zaburi 15:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 Nta we yabesheye n’ururimi rwiwe+.Nta kibi na kimwe yakoreye mugenziwe+,Kandi nta ceyi yasize umugenzi wiwe somambike+. Imigani 6:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 icabona c’ikinyoma gisuka ububeshi+, be n’uwo wese atera amahane mu bavukana+. Imigani 26:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Amajambo y’umubesheranyi ameze nk’ibintu vyo kumiragurana umunoho, ibimanuka mu bihimba vy’ibwina mu nda+.
16 “‘Ntukagendagende mu bantu b’iwanyu ugenzwa no kubeshera+ umuntu. Ntugahagurukire kuvisha amaraso ya mugenzawe+. Ndi Yehova.
27 Yarabesheye+ rero umusuku wawe ku mukama wanje umwami. Mugabo umukama wanje umwami ameze nk’umumarayika+ w’Imana y’ukuri; nukore rero ico ubona ko ari ciza mu maso yawe.
3 Nta we yabesheye n’ururimi rwiwe+.Nta kibi na kimwe yakoreye mugenziwe+,Kandi nta ceyi yasize umugenzi wiwe somambike+.
22 Amajambo y’umubesheranyi ameze nk’ibintu vyo kumiragurana umunoho, ibimanuka mu bihimba vy’ibwina mu nda+.