ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Gusubira mu vyagezwe 13:13
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 13 ngo: ‘Hari abagabo b’imburakimazi basohotse bava hagati yawe+ kugira bagerageze guhindukiza ababa mu gisagara cabo+, bavuga ngo: “Tugende dukorere izindi mana,” izo mutamenye,’

  • 1 Samweli 2:12
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 12 Kandi bene Eli bari abantu b’imburakimazi+; ntibemera icese Yehova+.

  • 1 Samweli 25:17
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 17 Ubu rero, umenye wongere urabe ico uri bukore, kuko hafashwe ingingo yo gushitsa ivyago+ kuri databuja no ku nzu yiwe yose, kubera yuko ari umuntu w’imburakimazi+ rwose ku buryo ata wogira ico amubwira.”

  • Yobu 34:18
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 18 Mbega umuntu yobwira umwami ngo: ‘Uri imburakimazi’?

      Akabwira abanyacubahiro ngo: ‘Muri ababisha+’?

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika