Abalewi 18:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “‘Ubwambure bw’umugore wa so ntuze ubupfukure+. Ni ubwambure bwa so. Abalewi 20:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Umugabo aryamanye n’umugore wa se, aba apfukuye ubwambure bwa se+. Bompi ntibaze babure kwicwa. Amaraso yabo ari kuri bo. 2 Samweli 12:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira nguhagurukirize ivyago bivuye mu nzu yawe+; nzotora abagore bawe mu maso yawe ndabahe mugenzawe+, na we azoryamana na bo izuba riva+. 1 Abami 2:22 Bibiliya y’isi nshasha 22 Umwami Salomo aca arishura, abwira nyina ati: “Kubera iki none usabiye Adoniya Abishagi Umunyashunemukazi? Numusabire n’ingoma+ (kuko ari mwene wacu anduta+), egome numusabire, usabire na Abiyatari+ umuherezi na Yowabu+ mwene Zeruwiya+.” Yobu 31:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Umugore wanje nasyere uwundi mugabo,Kandi abandi bagabo nibamupfukameko+.
11 Umugabo aryamanye n’umugore wa se, aba apfukuye ubwambure bwa se+. Bompi ntibaze babure kwicwa. Amaraso yabo ari kuri bo.
11 Ibi ni vyo Yehova avuze: ‘Ehe ngira nguhagurukirize ivyago bivuye mu nzu yawe+; nzotora abagore bawe mu maso yawe ndabahe mugenzawe+, na we azoryamana na bo izuba riva+.
22 Umwami Salomo aca arishura, abwira nyina ati: “Kubera iki none usabiye Adoniya Abishagi Umunyashunemukazi? Numusabire n’ingoma+ (kuko ari mwene wacu anduta+), egome numusabire, usabire na Abiyatari+ umuherezi na Yowabu+ mwene Zeruwiya+.”