Matayo 15:4 Bibiliya y’isi nshasha 4 Nk’akarorero, Imana yavuze iti: ‘Tera iteka so na nyoko+’; yongera iti: ‘Uwututse se canke nyina ntaze abure gupfa+.’ 2 Timoteyo 3:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 batiyumvamwo ababo+, badashaka kwumvikana na gato+, abambika ibara abandi+, batagira ukwigumya, inkazi+, badakunda iciza+,
4 Nk’akarorero, Imana yavuze iti: ‘Tera iteka so na nyoko+’; yongera iti: ‘Uwututse se canke nyina ntaze abure gupfa+.’
3 batiyumvamwo ababo+, badashaka kwumvikana na gato+, abambika ibara abandi+, batagira ukwigumya, inkazi+, badakunda iciza+,