2 Samweli 15:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Umwami abandanya kubwira Zadoki umuherezi ati: “None nturi rubonyi+? Nusubire mu gisagara wewe na Abiyatari, musubiraneyo n’abahungu banyu babiri, ari bo Ahimayazi umuhungu wawe na Yonatani+ umuhungu wa Abiyatari. 1 Abami 1:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Akiriko aravuga, erega, Yonatani+ mwene Abiyatari umuherezi araza. Maze Adoniya avuga ati: “Niwinjire, kuko uri umugabo w’intwari, kandi ukaba uzanye inkuru nziza+.”
27 Umwami abandanya kubwira Zadoki umuherezi ati: “None nturi rubonyi+? Nusubire mu gisagara wewe na Abiyatari, musubiraneyo n’abahungu banyu babiri, ari bo Ahimayazi umuhungu wawe na Yonatani+ umuhungu wa Abiyatari.
42 Akiriko aravuga, erega, Yonatani+ mwene Abiyatari umuherezi araza. Maze Adoniya avuga ati: “Niwinjire, kuko uri umugabo w’intwari, kandi ukaba uzanye inkuru nziza+.”