2 Samweli 18:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Maze umwami ategeka Yowabu na Abishayi na Itayi ati: “Munyengengere+ wa musore Abusalomu.” Kandi abantu bose barumva igihe umwami yaha itegeko abakuru bose ku vya Abusalomu.
5 Maze umwami ategeka Yowabu na Abishayi na Itayi ati: “Munyengengere+ wa musore Abusalomu.” Kandi abantu bose barumva igihe umwami yaha itegeko abakuru bose ku vya Abusalomu.