Yosuwa 5:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Maze Yehova abwira Yosuwa ati: “Uno musi nakuye iceyi ca Misiri kuri mwebwe+.” Aho hantu rero bahita Gilugali+ gushika n’uyu musi. 1 Samweli 11:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mu nyuma Samweli abwira abantu ati: “Ingo tuje i Gilugali+ kugira tunagurireyo ingoma+.”
9 Maze Yehova abwira Yosuwa ati: “Uno musi nakuye iceyi ca Misiri kuri mwebwe+.” Aho hantu rero bahita Gilugali+ gushika n’uyu musi.