Gusubira mu vyagezwe 12:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 mugabo ahantu Yehova Imana yanyu azotora mu miryāngo yanyu yose ngo ahashire izina ryiwe, atume ari ho riba, muzoharondera, kandi utegerezwa kuza ng’aho+. 1 Abami 8:29 Bibiliya y’isi nshasha 29 kugira ngo ugumize amaso yawe+ kuri iyi nzu ijoro n’umurango, aha hantu wavuze ku biherekeye uti: ‘Izina ryanje rizoba ng’aho+,’ kugira wumvirize isengesho umusavyi wawe atura yerekeje aha hantu+. 1 Abami 11:32 Bibiliya y’isi nshasha 32 Umuryango umwe+ ni wo uzobandanya kuba uwiwe kubera umusavyi wanje Dawidi+ no kubera Yeruzalemu+, igisagara natoye mu miryango ya Isirayeli yose.
5 mugabo ahantu Yehova Imana yanyu azotora mu miryāngo yanyu yose ngo ahashire izina ryiwe, atume ari ho riba, muzoharondera, kandi utegerezwa kuza ng’aho+.
29 kugira ngo ugumize amaso yawe+ kuri iyi nzu ijoro n’umurango, aha hantu wavuze ku biherekeye uti: ‘Izina ryanje rizoba ng’aho+,’ kugira wumvirize isengesho umusavyi wawe atura yerekeje aha hantu+.
32 Umuryango umwe+ ni wo uzobandanya kuba uwiwe kubera umusavyi wanje Dawidi+ no kubera Yeruzalemu+, igisagara natoye mu miryango ya Isirayeli yose.