2 Ngoma 16:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Ariko Asa ababazwa n’uwo rubonyi maze amushira mu nzu y’impatane z’ibiti*+, kuko yari yamugiriye ubushangashirwe kubera ico kintu+. Nuko Asa atangura gukandamiza+ n’abandi bantu muri ico gihe nyene. Zaburi 105:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Ati: “Ntimukore ku bo narobanuje amavuta+,Kandi ntihagire ikintu kibi na kimwe mugirira abahanuzi banje+.” Yeremiya 20:2 Bibiliya y’isi nshasha 2 Maze Pashuri akubita Yeremiya umuhanuzi+ yongera amushira mu mpatane z’ibiti*+ zari mw’Irembo ryo Haruguru rya Benyamini, iryari mu nzu ya Yehova.
10 Ariko Asa ababazwa n’uwo rubonyi maze amushira mu nzu y’impatane z’ibiti*+, kuko yari yamugiriye ubushangashirwe kubera ico kintu+. Nuko Asa atangura gukandamiza+ n’abandi bantu muri ico gihe nyene.
15 Ati: “Ntimukore ku bo narobanuje amavuta+,Kandi ntihagire ikintu kibi na kimwe mugirira abahanuzi banje+.”
2 Maze Pashuri akubita Yeremiya umuhanuzi+ yongera amushira mu mpatane z’ibiti*+ zari mw’Irembo ryo Haruguru rya Benyamini, iryari mu nzu ya Yehova.