2 Abami 6:18 Bibiliya y’isi nshasha 18 Batanguye kumanuka aho ari, Elisha abandanya gusenga Yehova ati: “Ndakwinginze uteze uruhumyi+ iri hanga.” Abateza rero uruhumyi, nk’uko Elisha yari avuze. Ivyakozwe 5:39 Bibiliya y’isi nshasha 39 mugabo nimba ari ibiva ku Mana+, ntimuzoshobora kubisenyura+); ahandiho, hari aho mwosanga muriko vy’ukuri murwanya Imana+.” Ivyakozwe 13:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 None rero, ehe ukuboko kwa Yehova kuri kuri wewe, kandi urahuma, umare igihe utabona umuco w’izuba.” Ako kanya nyene igipfungu kizitanye be n’umwiza bimugwako, aca agendagenda irya n’ino arondera abo kumufata ukuboko+.
18 Batanguye kumanuka aho ari, Elisha abandanya gusenga Yehova ati: “Ndakwinginze uteze uruhumyi+ iri hanga.” Abateza rero uruhumyi, nk’uko Elisha yari avuze.
39 mugabo nimba ari ibiva ku Mana+, ntimuzoshobora kubisenyura+); ahandiho, hari aho mwosanga muriko vy’ukuri murwanya Imana+.”
11 None rero, ehe ukuboko kwa Yehova kuri kuri wewe, kandi urahuma, umare igihe utabona umuco w’izuba.” Ako kanya nyene igipfungu kizitanye be n’umwiza bimugwako, aca agendagenda irya n’ino arondera abo kumufata ukuboko+.