Abacamanza 13:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Nuko Manowa abwira nya mumarayika wa Yehova ati: “Ndakwinginze udukundire tukugumye maze dutegure akagazi k’impene imbere yawe+.” Abacamanza 19:21 Bibiliya y’isi nshasha 21 Nuko amwinjiza mu nzu iwe+, aha za ndogobwa+ ivyo zirya. Maze boga ibirenge+, batangura kurya no kunywa.
15 Nuko Manowa abwira nya mumarayika wa Yehova ati: “Ndakwinginze udukundire tukugumye maze dutegure akagazi k’impene imbere yawe+.”
21 Nuko amwinjiza mu nzu iwe+, aha za ndogobwa+ ivyo zirya. Maze boga ibirenge+, batangura kurya no kunywa.