2 Ngoma 16:3 Bibiliya y’isi nshasha 3 “Hariho isezerano hagati yanje nawe no hagati ya dawe na so. Ehe ndakurungikiye ifeza n’inzahabu. Genda urenge kw’isezerano ufitaniye na Bayasha+ umwami wa Isirayeli, kugira ngo ave iwanje+.”
3 “Hariho isezerano hagati yanje nawe no hagati ya dawe na so. Ehe ndakurungikiye ifeza n’inzahabu. Genda urenge kw’isezerano ufitaniye na Bayasha+ umwami wa Isirayeli, kugira ngo ave iwanje+.”