2 Samweli 20:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Nuko Sheba anyurangana mu miryango ya Isirayeli yose gushika i Abeli h’i Beti-mayaka+. Nayo Ababikiri bose, baca bakoranira hamwe, na bo nyene barinjira baramukurikira.
14 Nuko Sheba anyurangana mu miryango ya Isirayeli yose gushika i Abeli h’i Beti-mayaka+. Nayo Ababikiri bose, baca bakoranira hamwe, na bo nyene barinjira baramukurikira.