1 Abami 15:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 Nuko haba intambara hagati ya Asa na Bayasha+ umwami wa Isirayeli imisi yabo yose.