Yosuwa 19:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 na Eliteke na Gibetoni+ na Bayalati+, Yosuwa 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mu muryango wa Dani hatangwa Eliteke n’itongo ry’uburagiriro ryaho, Gibetoni+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, 1 Abami 16:15 Bibiliya y’isi nshasha 15 Mu mwaka ugira mirongo ibiri n’indwi wa Asa umwami wa Yuda, Zimuri aba umwami i Tiruza imisi indwi+, mu gihe abantu bari bakambitse ngo barwanye Gibetoni+ h’Abafilisitiya.
23 Mu muryango wa Dani hatangwa Eliteke n’itongo ry’uburagiriro ryaho, Gibetoni+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho,
15 Mu mwaka ugira mirongo ibiri n’indwi wa Asa umwami wa Yuda, Zimuri aba umwami i Tiruza imisi indwi+, mu gihe abantu bari bakambitse ngo barwanye Gibetoni+ h’Abafilisitiya.