Zaburi 75:7 Bibiliya y’isi nshasha 7 Kuko Imana ari yo mucamanza+.Uyu irashira hasi, urya igashira hejuru+. Luka 1:52 Bibiliya y’isi nshasha 52 Yamanuye ku ntebe z’icubahiro abanyabubasha+, ashira hejuru abantu batobato+;