Yosuwa 19:44 Bibiliya y’isi nshasha 44 na Eliteke na Gibetoni+ na Bayalati+, Yosuwa 21:23 Bibiliya y’isi nshasha 23 Mu muryango wa Dani hatangwa Eliteke n’itongo ry’uburagiriro ryaho, Gibetoni+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho, 1 Abami 15:27 Bibiliya y’isi nshasha 27 Nuko Bayasha+ mwene Ahiya wo mu nzu ya Isakari atangura kumugīra umugambi mubi; Bayasha amugarikira i Gibetoni+ h’Abafilisitiya, mu gihe Nadabu na Isirayeli yose bari bugarije Gibetoni.
23 Mu muryango wa Dani hatangwa Eliteke n’itongo ry’uburagiriro ryaho, Gibetoni+ n’itongo ry’uburagiriro ryaho,
27 Nuko Bayasha+ mwene Ahiya wo mu nzu ya Isakari atangura kumugīra umugambi mubi; Bayasha amugarikira i Gibetoni+ h’Abafilisitiya, mu gihe Nadabu na Isirayeli yose bari bugarije Gibetoni.