1 Abami 16:24 Bibiliya y’isi nshasha 24 Maze agura umusozi wa Samariya kuri Shemeri ku talanto zibiri z’ifeza; nuko atangura kwubaka kuri uwo musozi, hanyuma igisagara yari yubatse acita Samariya+, akurikije izina rya Shemeri nyene uwo musozi. 1 Abami 20:10 Bibiliya y’isi nshasha 10 Nuko Beni-hadadi amutumako ati: “Imana+ zingirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, umukungugu wa Samariya niwakwira amashi y’abantu bose bankurikira+!” Yesaya 7:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Kandi umutwe wa Efurayimu ni Samariya+, umutwe wa Samariya na wo ni mwene Remaliya+. Mutagize ukwizera, ntimuzomara igihe kirekire+.”’”
24 Maze agura umusozi wa Samariya kuri Shemeri ku talanto zibiri z’ifeza; nuko atangura kwubaka kuri uwo musozi, hanyuma igisagara yari yubatse acita Samariya+, akurikije izina rya Shemeri nyene uwo musozi.
10 Nuko Beni-hadadi amutumako ati: “Imana+ zingirire gutyo, mbere n’ibirenze ivyo+, umukungugu wa Samariya niwakwira amashi y’abantu bose bankurikira+!”
9 Kandi umutwe wa Efurayimu ni Samariya+, umutwe wa Samariya na wo ni mwene Remaliya+. Mutagize ukwizera, ntimuzomara igihe kirekire+.”’”