21 Maze Yehu atuma intumwa muri Isirayeli yose+, ku buryo abasenga Bayali bose baza. Ntihagira n’umwe asigara ataje. Baguma binjira mu nzu ya Bayali+, maze inzu ya Bayali iruzura kuva ku mpera gushika ku yindi.
27 Vyongeye, basiturira hasi inkingi nyeranda ya Bayali+ bongera basiturira hasi inzu ya Bayali+, maze baguma bayishize ku ruhande kugira ngo ikoreshwe bwa tuzu twa surwumwe+, gushika n’uyu musi.