Gusubira mu vyagezwe 6:13 Bibiliya y’isi nshasha 13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+. 1 Samweli 19:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Sauli yumvira ijwi rya Yonatani, maze Sauli arahira ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, ntazokwicwa.” 1 Abami 22:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Mugabo Mikaya avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, ivyo Yehova aza kumbwira, ni vyo nza kuvuga+.” 2 Abami 3:14 Bibiliya y’isi nshasha 14 Elisha aca avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova nyen’ingabo+, uwo mpagarara imbere, iyo mu maso ha Yehoshafati umwami wa Yuda hataba ari ho nubashe+, sinari kukuraba canke kukubona+. Yeremiya 12:16 Bibiliya y’isi nshasha 16 “Kandi nibiga koko inzira z’abantu banje mu kurahira bakoresheje izina ryanje+, ngo: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova!’, nk’uko bigishije abantu banje kurahira Bayali+, bazokwubakwa rero hagati mu bantu banje+.
13 Yehova Imana yawe ni we ukwiye gutinya+, kandi ni we ukwiye gukorera+, kandi izina ryiwe ni ryo ukwiye kurahira+.
6 Nuko Sauli yumvira ijwi rya Yonatani, maze Sauli arahira ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, ntazokwicwa.”
14 Mugabo Mikaya avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova+, ivyo Yehova aza kumbwira, ni vyo nza kuvuga+.”
14 Elisha aca avuga ati: “Ndahiye ukubaho kwa Yehova nyen’ingabo+, uwo mpagarara imbere, iyo mu maso ha Yehoshafati umwami wa Yuda hataba ari ho nubashe+, sinari kukuraba canke kukubona+.
16 “Kandi nibiga koko inzira z’abantu banje mu kurahira bakoresheje izina ryanje+, ngo: ‘Turahiye ukubaho kwa Yehova!’, nk’uko bigishije abantu banje kurahira Bayali+, bazokwubakwa rero hagati mu bantu banje+.