Gusubira mu vyagezwe 10:8 Bibiliya y’isi nshasha 8 “Ico gihe nyene Yehova ashira ku ruhande umuryango wa Lewi+ kugira urerure isandugu y’isezerano rya Yehova+, kugira uhagarare imbere ya Yehova ku bwo kumukorera+ no kugira ngo uhezagire mw’izina ryiwe gushika uyu musi+. Luka 1:19 Bibiliya y’isi nshasha 19 Nya mumarayika amwishura ati: “Ndi Gaburiyeli+, uwuhagarara imbere y’Imana hafi yayo, nkaba natumwe kuvugana+ nawe no kukumenyesha inkuru nziza y’ivyo bintu.
8 “Ico gihe nyene Yehova ashira ku ruhande umuryango wa Lewi+ kugira urerure isandugu y’isezerano rya Yehova+, kugira uhagarare imbere ya Yehova ku bwo kumukorera+ no kugira ngo uhezagire mw’izina ryiwe gushika uyu musi+.
19 Nya mumarayika amwishura ati: “Ndi Gaburiyeli+, uwuhagarara imbere y’Imana hafi yayo, nkaba natumwe kuvugana+ nawe no kukumenyesha inkuru nziza y’ivyo bintu.