Zaburi 37:5 Bibiliya y’isi nshasha 5 Nuragize Yehova inzira yawe+,Kandi umwizigire+, na we ubwiwe azogira ico akoze+. Zaburi 37:25 Bibiliya y’isi nshasha 25 Narabaye umusore, mbere ndashaje+,Yamara sinabonye umugororotsi yahebwe buhere+,Canke uruvyaro rwiwe rusēga umukate+. Matayo 6:11 Bibiliya y’isi nshasha 11 Uduhe uno musi ibifungurwa* vyacu vy’uyu musi+; 2 Petero 2:9 Bibiliya y’isi nshasha 9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,
25 Narabaye umusore, mbere ndashaje+,Yamara sinabonye umugororotsi yahebwe buhere+,Canke uruvyaro rwiwe rusēga umukate+.
9 Yehova arazi kurokora mu kigeragezo abantu bari n’ukwihebera Imana+, mugabo akamenya kubikira abakora ibitagororotse umusi w’urubanza ngo barandurwe+,