ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • 2 Abami 4:34
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 34 Amaherezo arurira hanyuma aryama kuri nya mwana+; ashira umunwa wiwe ku munwa wa nya mwana n’amaso yiwe ku maso ya nya mwana n’ibiganza vyiwe ku biganza vya nya mwana, aguma yubaraye kuri we; maze umubiri wa nya mwana buhorobuhoro urasusuruka.

  • Ivyakozwe 20:10
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 10 Mugabo Paulo aramanuka, amwitako+, aramubumbatira, avuga ati: “Nimureke kuvuza induru, kuko ubuzima bwiwe buri muri we+.”

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika