ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET ca Watchtower
Watchtower
ICEGERANYO C'IBITABU CO KURI INTERNET
Ikirundi
  • BIBILIYA
  • IVYASOHOWE
  • AMAKORANIRO
  • Zaburi 65:2
    Bibiliya y’isi nshasha
    •  2 Wewe wumva amasengesho, emwe, abantu b’ubwoko bwose bazoza kuri wewe+.

  • Imigani 15:8
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 8 Ikimazi c’ababisha ni ikintu giteye ishishi kuri Yehova+, mugabo isengesho ry’abagororotse riramuhimbara+.

  • Ivyakozwe 9:40
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 40 Mugabo Petero asohora abantu bose+, hanyuma arapfukama, arasenga, maze arahindukira araba ca kiziga, avuga ati: “Tabita, haguruka!” Na we ateranura amaso, maze abonye Petero, aricara+.

  • Abaheburayo 11:19
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 19 Mugabo yabonye yuko Imana yari ishoboye no kumuzura mu bapfuye+; kandi yaranamuronse koko avuyeyo, mu buryo bw’ikigereranyo+.

  • Yakobo 5:16
    Bibiliya y’isi nshasha
    • 16 Mwaturiranire+ ibicumuro rero ata guhishanya kandi musengeranire, kugira ngo mukire+. Ugutakamba kw’umugororotsi, igihe gukora, kugira inguvu nyinshi+.

Ibitabu vy’ikirundi (1983-2026)
Sohoka
Injira
  • Ikirundi
  • Rungika
  • Uko vyoza bimeze
  • Copyright © 2025 Watch Tower Bible and Tract Society of Pennsylvania
  • Amasezerano agenga ikoreshwa
  • Ibijanye no kugumya ibanga
  • Gutunganya ibijanye no kugumya ibanga
  • JW.ORG
  • Injira
Rungika