Abaheburayo 11:35 Bibiliya y’isi nshasha 35 Abagore bararonse abapfuye babo biciye kw’izuka+; mugabo abandi bantu barasinzikarijwe ubuzima kuko batemera kubohorwa biciye ku ncungu kanaka, kugira ngo bashikire izuka ryiza kuruta.
35 Abagore bararonse abapfuye babo biciye kw’izuka+; mugabo abandi bantu barasinzikarijwe ubuzima kuko batemera kubohorwa biciye ku ncungu kanaka, kugira ngo bashikire izuka ryiza kuruta.