Imigani 19:17 Bibiliya y’isi nshasha 17 Uwugirira ubutoni umuntu mutoyi aba aguranye Yehova+, kandi ivyo akoze azobimwishura+. Matayo 10:42 Bibiliya y’isi nshasha 42 Kandi uwo wese ahaye umwe muri aba batoyi igikombe gusa c’amazi akanye yo kunywa kubera ari umwigishwa, ni ukuri ndabibabwiye, ntazobura kuronka impembo yiwe+.”
42 Kandi uwo wese ahaye umwe muri aba batoyi igikombe gusa c’amazi akanye yo kunywa kubera ari umwigishwa, ni ukuri ndabibabwiye, ntazobura kuronka impembo yiwe+.”