Yona 4:6 Bibiliya y’isi nshasha 6 Nuko Yehova Imana ameza umutanga, kugira uduge hejuru ya Yona umubere igitutu ku mutwe, ngo umworohereze mu vyago yarimwo+. Yona anezerezwa rwose na nya mutanga.
6 Nuko Yehova Imana ameza umutanga, kugira uduge hejuru ya Yona umubere igitutu ku mutwe, ngo umworohereze mu vyago yarimwo+. Yona anezerezwa rwose na nya mutanga.